Skip to content Skip to sidebar Skip to footer

[DOWNLOAD] "Uguhura N’Imana Kuzima Kwa Misi Yose" by Zacharias Tanee Fomum " eBook PDF Kindle ePub Free

Uguhura N’Imana Kuzima Kwa Misi Yose

📘 Read Now     📥 Download


eBook details

  • Title: Uguhura N’Imana Kuzima Kwa Misi Yose
  • Author : Zacharias Tanee Fomum
  • Release Date : January 05, 2017
  • Genre: Christianity,Books,Religion & Spirituality,
  • Pages : * pages
  • Size : 592 KB

Description

Muri iki gitabo, ibishoboka vyarahawe uwunesha, biciye mu kurimbura Bibiliya, mu gusenga no mu kwumvira, kugira azigame uguhura n’Imana kwa misi yose, kuzohindura igisata kimwe kimwe cose c’ukugendana n’Imana kwiwe. Birashoboka cane kwumva no guhura n’Imana imisi yose, mbere na kenshi ku musi. Irarindiriye kwumvirizwa. Iripfuza cane kuvugana n’abana bayo, kubumviriza no kubishura. Nticereje. Urashobora guhura nayo uyu musi kandi nayo irashobora guhura nawe, kandi ntuzosubira kuba wa wundi ukundi.
Dushize ku mugaragaro iki gitabo dusenga ngo gikoreshwe n’Umwami mu guhezagira abana biwe, kwinjira i bwina mu kugendana kwabo nawe, no gushitsa imigambi y’Imana ku muntu ari yo: kuyimenya, kuba muri yo, no kuronkera umunezero muri Yo ibihe vyose!


Ebook Download "Uguhura N’Imana Kuzima Kwa Misi Yose" PDF ePub Kindle